Uko wahagera

Abakongomani Babanye Neza mu Buhungiro mu Burundi


Impunzi z'Abanyekongo ziri mu makambi ya Musasa mu ntara ya Ngozi na Kinama mu ntara ya Muyinga mu Burundi zivuga ko umubano wahora ari mubi hagati yazo ko ubu wifashe neza.

Ab'i Musasa bagishika bankana urunuka hagati y'amoko cane cane hagati y'abanyamurenge n'abafurero.

Mu Kinama hari ukwinubana hagati y'impunzi n'abarundi. Izo mpunzi zivuga ko vyaheze kubera inyigisho bahawe n'amashirahamwe afasha impunzi.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Jean Bosco Ndarurinze ni we wakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:19 0:00

XS
SM
MD
LG