Uko wahagera

Abarundi bakomeje kwirukanwa mu Rwanda


Igitigiri c’Abarundi birukanwa mu gihugu c’Urwanda kibandanya ciyiyongera. Kuri uyu wa gatanu ku mugoroba hakiriwe 201 bashikiye muri komine Bugabira, mu ntara ya Kirundo. Abirukanywe muri ino ndwi bagera ku 387. Abajejwe intwaro bavuga ko ibitigiri vy'abirukanwa bishobora kubandanya vyongerekana

Umviriza inkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:48 0:00


XS
SM
MD
LG