Uko wahagera

Peru: Amatora y'Umukuru w'Igihugu


Umukandida, Keiko Fujimori mw'isinzi ry'abanywanyi biwe mu bihe vyo kwiyamamaza, ku murwa mukuru Lima wa Peru.
Umukandida, Keiko Fujimori mw'isinzi ry'abanywanyi biwe mu bihe vyo kwiyamamaza, ku murwa mukuru Lima wa Peru.

Mu gihugu ca Peru, ni muri Amerika yo mu bumanuko, abanyagihugu bazindutse mu matora y’umukuru w’igihugu k'umusi wa mungu.

Abahiganirwa ico kibanza aribo Keiko Fujimori na Pedro Kuczynski, bahabwa amahirwe bose kuko bafise amajwi abangabanganwa cane.

Fujimori, afise imyaka 41 y’amavuko, n’umukobwa wa Alberto Fujimori yahoze ari perezida w’ico gihugu ca Peru.

Mugihe uwo mukenyezi Fujimori yoronka amahirwe yo gutsinda, yoba abaye umukenyezi wa mbere arongoye igihugu ca Peru.

XS
SM
MD
LG