Uko wahagera

Misiri: Indege Yarazimiye


Muri Misiri, Indege y’ikompanyi yo mugihugu ca Misiri yarazimiye kuwa gatatu, ivyo bimenyeshwa n’abategetsi b’iyo Kompanyi.

Iyo ndege yari yavuye I Paris mu Bufaransa ija I Kayiro muri Misiri.

Havugwa ko yarimwo abantu bashika 59 harimwo n’abana babiri. Abakozi bayo barimwo bari 10.

Abategetsi ba Misiri bamenyesha ko iyo ndege yazimiye imaze kwinjira mu kirere co muri Misiri kandi ko yoba yaguye mu kiyaga.

XS
SM
MD
LG