Uko wahagera

Burundi: Komine Vugizo Bakeneye Umuyagankuba


Abanyagihugu bo muri komine Vugizo mu ntara ya Makamba basaba ababarongoye kubaronsa k’umuyagankuba.

Abo banyagihugu bavuga ko ukutabaho k’umuyagankuba wa REGIDESO muri ico gice c’ubumanuko bw’igihugu c’Uburundi gutuma badashobora gukora imirimo yo kwiteza imbere.

Inkuru irambuye y’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Fidélité Ishatse umaze igihe akurikirana ibibazo binyuranye byugarije abanyagihugu bo mu ntara zo mu bumanuko bw'Uburundi.

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:10 0:00

XS
SM
MD
LG