Uko wahagera

Reta y'Uburundi Izitwarira u Rwanda muri Sentare


Umushikiranganji w'intwaro yo hagati mu Burundi asaba ko igihugu c'u Rwanda n'umukuru waco Paul Kagame bokwitwarirwa mu sentare mpuzamakungu.

Mw'itangazo yasohoye kuruyu wa kane, Pascal Barandagiye yanavuze ko ataho ryabonetse ko abashatse guhirika ubutegetsi baganira n'inzego za leta acasaba ibihugu bahungiyemwo kubarungika mu Burundi ngo bacirirwe imanza.

Leonce Ngendakumana umukuru w'urunani ADC ikibiri abona ko umukuru w,igihugu c'u Rwanda ariko ararengenywa kuko ku bwiwe ngo ingorane ziri mu gihugu zatewe n'ikiringo ca gatatu ca Perezida Petero Nkurunziza.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Eloge Willy Kaneza ni we wakurikirnaye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:21 0:00

XS
SM
MD
LG