Uko wahagera

Burundi: Haravugwa ibisigarira vy'Abantu

Igipolisi c'Uburundi catoye ikinogo gihamvyemwo abantu muri karitsiye Mutakura mu buraruko bw,umugwa mukuru Bujumbura.

Umukuru w'igisagara ca Bujumbura yavuze ko ico kinogo gishobora kuba kirimwo abantu bashika kuri 30. Abagabo babiri bagirizwa ko bari mu babishe barahakana icaha.

XS
SM
MD
LG