Uko wahagera

ONU: Intambara Yahitanye Benshi muri Afuganisitani

Ishirahamwe mpuzamakungu ONU rimenyesha ko abasivile barenga ibihumbi bitatu n’amajana atanu aribo bamaze gupfa mu ntambara mu gihugu ca Afganistani abandi bababa ibihumbi indwi n’amajana atanu batakomereka mu mwaka wa 2015.

Ivyo bitigiri vyiyongereye ibice bine kw’ijana ugereranije n’ivyo mu mwaka wa 2014.

ONU imenyesha ko abasiviles bapfuye mu mwaka wa 2015 ari bo benshi kuva aho itanguriye gutohoza abasiga ubuzima mur’ico gihugu mu mwaka wa 2009.

This item is part of
XS
SM
MD
LG