Uko wahagera

Burundi: Yubile ya Zahabu ya Paruwasi Murore


Mu nkuka ya misa yo guhimbaza imyaka 50 paruwasi Murore iri muri komini Busoni imaze ivutse, Musenyeri wa doyosezi Katolika ya Muyinga yahamagariye abanyabusoni n’abarundi bose kwirinda amacakubiri.

Musenyeri Ntahondereye Yohakimu yibuikijeko ibiganiro bidakumira biri mu kuri ko arivyo bizokiza uburundi. Umushingantahe Pascal Nyabenda, umukuru w’inama nshingamateka, yaserukiye leta y’Uburundi murivyo birori, avugako leta ishima cane ibikorwa vya Ekleziya Gatolika mw’iterambere ry’igihugu.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Jean Bosco Ndarurinze yakurikiranye iyi nkuru ari i Murore.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:28 0:00

XS
SM
MD
LG