Uko wahagera

Umunsi w'Ubumwe mu Burundi

Mu nkuka y’imisa yaherejwe na Musenyeri Simoni Ntamwana, umwepiskopi muri diocese Nkuru ya Gitega, yamenyesheje ko ubumwe bw’Abarundi bwatosekaye kuko hari abantu bashira iruhande amasezerano y’ubumwe bw’Abarundi. Uwo musenyeri akavuga ko kurenga ku masezerano y’ubumwe bw’Abarundi vyatumye amakungu acira umukenke Abarundi mugihe Abarundi bari basanzwe ari incabwege.
Ivyo yabishikirije mu nkuka y'imisa yaherejwe muri paroisse Urukundo i Gitega.

Voma ibindi

XS
SM
MD
LG