Uko wahagera

Burundi: Ikigo Gishasha Kivura Ingwara z’Imitsi


Mu Burundi ku bitaro vyitiriwe umwami Khaled vyo mu Kameng, reta iherutse kugurura ikigo c’akarorero kivura abagwayi ingwara z’imitsi n’amakonyero yo mu ngingo.

Ico kigo kizotuma abantu bahora baja kwivuza mu bindi bihugu bashobora kuvurirwa mu Burundi ku giciro gito.

Abarongoye ico kigo bemeza ko gifise abahinga n’ubushobozi vyo ku rwego mpuzamakungu. Inkuru y’umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:35 0:00

XS
SM
MD
LG