Uko wahagera

Ibiganiro bihuza Abarundi byakomereje i Gitega

Ibiganiro vyategugwa n'umugwi washizweho na reta y'i Burundi vyabandanirije mu ntara ya Gitega aho vyitabwe n'abantu bashika amajana atanu.

Uravye uko abantu bagiye bahana amajambo base banenze amahanga cane cane ububiri bakavuga ko ata biganiro vyo hanze bakeneye.

XS
SM
MD
LG