Uko wahagera

Burundi: Ikibazo c'Umwimbu mu Kirundo


Abanyagihugu bo mu ntara za Ngozi na Muyinga bavugako bakiriye nabi ingingo abategetsi bo mu ntara ya Kirundo bafashe yo guhagarika imyimbu ishoka mu nzindi ntara.

Abo banyagihugu bagizwe n’abadandaza n’abarimyi bavugako intara ya kirundo isa n’iyiriko irizibirirako mu vy’uguhanahana ibidandazwa.

Abajejwe intwaro murizo ntara ntibavyumva kumwe n’abo barongoye,aho ni nko mu ntara ya Muyinga. Umunyamakuru w'ijwi rya Amerika mu ntara ya Kirundo niwe yakurikiranye ico kibazo.

please wait
Embed

No media source currently available

0:00 0:04:27 0:00

XS
SM
MD
LG