Uko wahagera

Ububiligi Bwahagurukiye Iterabwoba


Igihugu c’Ububirigi ejo kuwa kabiri carasohoye umutahe mpuzamakungu wo gufata uwitwa Mohamed Abrini yagaragaye ko yarikumwe mu modoka n’umwe Salah Ab-deslam imisi ibiri imbere y’ibitero vyabaye I Paris kuwa 13/11/2015

N’ejo kuwa kabiri amashure, ivyo kwiyunguruza n’amatereni vyari vyahahagaze I Buruseli kumurwa mukuru w’Ububirigi.

Minisitiri wa mbere w’Ububirigi Charles Michel amenyesha ko umugwa mukuru Buruseli usubira mu buzima busanzwe kur’uyu wa gatatu.

Ariko ko baguma bagavye kubikorwa vy’iterabwoba bishobora gukorwa umwanya uwariwo wose

XS
SM
MD
LG