Uko wahagera

ONU Yafashe Umwanzuro 2248 ku Burundi

Intureka ya Politike mu Burundi
Intureka ya Politike mu Burundi

Inama mpuzamakungu ijejwe umutekano ku musi wa kane igenekerezo rya 12 ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, yarafashe icemezo ku Bu Burundi.

Inama mpuzamakungu ijejwe umutekano ku musi wa kane igenekerezo rya 12 ry’ukwezi kwa cumi na rimwe, yarafashe icemezo ku Bu Burundi.

Mu kiganiro "Murisanga", Ijwi rya Amerika ryaravuganye n’umuvugizi w’urunani CNARED, rugwanya ikiringo ca gatatu , Chauvineau Mugwengezo, n’umunywanyi w’umugambwe CNDD FDD uri ku butegetsi, Felix Kubwayo hamwe na mwarimu Paul Nkunzimana, umukuru w’umugambwe w’abakozi na Demokrasi.

please wait

No media source currently available

0:00 0:02:49 0:00

XS
SM
MD
LG