Uko wahagera

Amerika Isaba Abarundi Kugirana Ibiganiro

Pascal Nyabenda
Pascal Nyabenda

Icegera ca Secreteri wa Deparitona ya Reta ya Amerika, Ambassaderi Stuart Symington, ajejwe intara ya Afrika yo hagati, Yarabonanye n’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi, Pascal Nyabenda.

Icegera ca Secreteri wa Deparitona ya Reta ya Amerika, Ambassaderi Stuart Symington, ajejwe intara ya Afrika yo hagati, Yarabonanye n’umukuru w’inama nshingamateka y’Uburundi, Pascal Nyabenda.

Muvyo bayaze harimwo ikibazo c’umutekano muke urangwa mu Burundi hamwe n’igihe ibiganiro hagati y’abanyapolitike vyotangurira.

Umushingantahe Nyabenda yarahaye ikiganiro Iradiyo Ijwi rya Amerika, inyuma y’aho iyo nama irangiriye:

This item is part of
XS
SM
MD
LG