Uko wahagera

Uruhara Rw’Urwaruka Mu Kubungabuna Umutekano Mu Burundi


Jean Claude yikekwa kw'ari Imbonerakure
Jean Claude yikekwa kw'ari Imbonerakure

Urwawruka rwo mu Burundi rurahanzwe n’ibibazo bitari bike mur’iki gihe bimwo ukutaronka akazi hamwe n’ukwoshwa nabi n’abanyapoltike bo mu mpande zose.

Ivyo vyaribonekeje mu misi iheze, igihe abapolisi bugariza amaquartier amwamwe y’i Bujumbura aho wasanga hari umwizero muke cane hagati y’urwaruka hamwe n’abapolisi.

Mbega ikibazo c’ubushomeri hamwe n’ikibazo c’abanyapolitike bashaka guca ku rwaruka mu gushikira canke mu kuguma ku butegetsi, cotorerwa umuti gute?

Mbega urwaruka rwomenya gute abashaka kurucanishamwo:

Inyishu z’ibi bibazo vyose, reka twumvirize ikiganiro Iradiyo Ijwi rya amerika ryatunganije.

XS
SM
MD
LG