Uko wahagera

Ibikwiriye Kugira Habe Iterambere Rirama mu Burundi

Uburundi kw'ikarata
Uburundi kw'ikarata

Mu Kiganiro, “Murisanga”, Ijwi rya Amerika ryaturmiye Francis Rohero, ayoboboye umuhari, “Movement Orange”, umuhari w’Uburundi bugeze mu bigero, bitiriye ibara ry’umucungwe.

Francis Rohero yarashize ahabona kandi umugambi w’Uburundid bwikwije, buhimbaye, kandi butekanye.

Amenyesha ibikwiriye kugira habe iterambere riboneka kandi rirama mu Burundi:

please wait

No media source currently available

0:00 0:48:38 0:00


This item is part of
XS
SM
MD
LG