Uko wahagera

Burundi: Isoko y’I Gitega Yaratse Umuriro


Igice c’isoko iri ku murwa mukuru w’intara ya Gitega mu kibanza benshi bita Mukabasanzi, carahiye.

Ivyo vyashitse mw’ijoro ryo ku musi wa kane buca ari ku musi wa gatanu. Abahandandariza bavuga ko bagize agahombo ntangere.

Mu gipolisi c’Uburundi kijejwe kwirinda impanuka, bamenyesha kw’umuriro waturiye iyo soko wavuye ku mbabura yasizwe icanywe muri kamwe mu tuzu tw’uburiro, turi mur’ico kibanza.

Ni inkuru yakurikiranwe n umumenyeshamakuru w’Ijwi rya Amerika, Fidelite Ishatse wagiye i Giteka kuresha uko byifashe.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:53 0:00

XS
SM
MD
LG