Uko wahagera

Burundi: Umugambwe uri ku Butegetsi, CNDD-FDD Watsinze Amatora y'Abashingamateka

Uburundi kw'ikarata
Uburundi kw'ikarata

Umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD-FDD, watsinze amatora y’abashingamateka.

Urwego rw’igihugu rujejwe gutunganya amatora, CENI, rwatangaje, ku musi wa kabiri, kw’umugambwe CNDD-FDD, watsinze n’ibibanza 77 ku bibanza ijana, mu nama nshingamateka.

Iyo ntsinzi itegura amatora y’umukuru w’igihugu ategekanijwe kw’italiki cumi na zitanu z’ukwezi kw’indwi.

This item is part of
XS
SM
MD
LG