Uko wahagera

Burundi: Ibirori byo Kwikukira mu Kirundo


Intambwe intara ya Kirundo igezeko irashimishije inyuma y'imyaka 53 Uburundi bumaze bwikukiye.

Abarongoye imigambwe itavuga rumwe n'uwuri ku butegetsi ntibitavye ivyo birori. Agashavu kari keshi aho bari bakoraniye ku bitaro vyo mu Kirundo ahariko havurirwa abanywanyi ba MSD babiri bakuwe mu gasho baremvye.

Basobanura ko ikimoko c'abazugu casigaye mu minwe ya bamwe mu banyagihugu. Inkuru tugezwaho na Jean Bosco Ndarurinze.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:52 0:00


Abarundi bagera ku bihumbi birenga 30 nabo bahungiye mu rwanda kubera kubura umutekano mu gihugu cyabo.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eric Bagiruwubusa ukorera mu Rwanda yaganiye na bamwe muri abo barundi bumvikanisha uko bumva imyaka 53 yo kwikukira.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:40 0:00

XS
SM
MD
LG