Uko wahagera

Burundi: Urwaruka mu Bibazo Byugarije Igihugu


Burundi Political Tensions
Burundi Political Tensions

Ingorane za politike Uburundi buriko buracamwo zaragize ingaruka mbi ku rwaruka

Ingorane zadutse mu Burundi zaratumye urwaruka rukoreshwa n'abanyapolitike, mu bikorwa bibi bitandukanye.

Ivyo birafise ingaruka mbi kuri kazoza kurwo rwaruka. Ico kibazo caraciwe irya n'ino na Professeur Ndayisaba Joseph na Ntahorwamiye Francois mu kiganiro "Murisanga" caremeshejwe n'umumyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Alphonse Ndayikengurukiye.

XS
SM
MD
LG