Uko wahagera

Mu Kinindo isoko ryaraye rihiye


Isoko ryo mu Kinindo, quartiye imwe yo mu gisagara ca Bujumbura, yarahiye mwijoro ryo kuruyu w'Imana. Gushika ubu ntawuramenya icateye uwo mucanwa, canke umuntu yoba yarahasize ubuzima.

Abadandariza muriryo soko bavuga ko ibidandazwa vyabo vyose vyahiye.

Igice kinini cafashwe n'umuriro kikaba ari ikigwiriyemwo inzu z'uburiro.

XS
SM
MD
LG