No media source currently available
Imyiyerekano y’ukwiyamiriza ingingo ya prezida Pierre Nkurunziza y’ukwitoza mu kiringo kigira gatatu yabandanije mu gitondo c’uno musi ku wa kabiri, italiki zibiri z’ukwezi kwa gatandatu, umwaka w’2015, ku murwa mukuru w’Uburundi, Bujumbura.