Uko wahagera

Perezida Pierre Nkurunziza Azosubira Kwitoza


Perezida Pierre Nkurunziza
Perezida Pierre Nkurunziza

Kw’igenekerezo rya 25 ry’ukwezi kwa kane, niho umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD watangaza ko wagenyea President Pierre Nkurunziza mu kibanza c’umutegetsi azokwitoza mu matora y’umukuru ‘igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa gatandatu

Kw’igenekerezo rya 25 ry’ukwezi kwa kane, niho umugambwe uri ku butegetsi CNDD FDD watangaza ko wagenyea President Pierre Nkurunziza mu kibanza c’umutegetsi azokwitoza mu matora y’umukuru ‘igihugu ategekanijwe mu kwezi kwa gatandatu.

Abatavuga rumwe na reta bavuga kw’iyo ngingo iteye kubiri n’amasezerano y’I Arusha, bakaba bamaze no gutangaza ko bazobandanya kuyiyamiriza.

Ijwi ry'Amerika ryaganiye n’umukuru w’umugambwe uri ku butegetsi Nyabenda Pascal inyuma y’aho iyo ngingo itangarijwe: Aratangura atubwira uko iyo ngingo yafashwe.

please wait

No media source currently available

0:00 0:10:05 0:00

Yamara umushingantahe Leonce Ngendakumana arongoye umugambwe Sahwanya Frodebu wewe siko abibona:

please wait

No media source currently available

0:00 0:07:47 0:00

Professor Fabien Cihashayo wewe avuga ko naho iyo ngingo atari nziza, abanyapolitike bakwiye kubandanya bitegurira amatora kugira ngo n’imiburiburi baze baronke abaserukira imigambwe yabo mu matora y’abashingamateka

please wait

No media source currently available

0:00 0:08:54 0:00

XS
SM
MD
LG