Uko wahagera

Burundi: Hussein Radjabu Asaba Abanyapolitiki Bahunze Gutahuka


Hussein Radjabu
Hussein Radjabu

Bwana Hussein Radjab, wahoze arongoye umugambwe uri ku butegetsi mu Burundi, CNDD FDD, avuga ko agiye kubandanya politiki.

Hussein Radjabu yatorotse ibohero rya Mpimba mu cyumweru gishize. Mu kiganiro kihariye yagiranye n'Ijwi ry'Amerika, Radjabu yavuze kw’igihe cose yari mu Mpimba, abanyagihugu bamushigikiye bamugumye inyuma, kandi bamufashije kurivamo.

Abisobanura mu kiganiro yagiranye n'umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Frederic Nkundikije.

please wait

No media source currently available

0:00 0:30:49 0:00

XS
SM
MD
LG