Uko wahagera

Burundi: Abarundi Ntibavuga Rumwe Ku Bitero Vyo mu Cibitoke


Agathon Rwasa
Agathon Rwasa

Inyuma y’aho umurwi gushika ubutamenyekana, utaniye mu mitwe n’abasirikare b’Uburundi, harantangajwe amakuru atandukanye yerekeye abateye n’ukuntu abasirikare b’Uburundi bavyifashemwo.

Hari amakuru avuga ko abasirikare b’Uburundi, barashe ku bagwanyi bari bashize ibigwanisho hasi kandi bishikanye. Yamara ayo makuru yarabeshujwe n’umuvugizi w’igisirikare c’Uburundi. H

Hari kandi n’amakuru avuga kw’urwaruka ruhurikye mu mugabmwe uri ku butegetsi rwoba rwarafashanije n’abasirikare mu kugwanya uyo murwi mushasha w’abanrwanya ubutegetsi.

Ijwi rya amerika, ryaratumiye abanyapoltike bakomeye bo mu Burundi hamwe n’abandi bakwirikiranira hafi ivyerekeye Uburundi, barimwo Agathon Rwasa, yahora arongoye umugambwe FNL kandi avugwa kw’arongoye urundi ruhande rw’uyo mugambwe; Pascla Nyabenda arongoye umugambwe CNDD-FDD uri ku butegetsi, Professor Fabien Cishahayo yigisha muri kaminuza yo mu gihugu ca Canada hamwe na Vital Nshimirimana, arongoye ishirahamwe FORSC, ridaharanira inyungu za poltike. Abo bashingantahe baravuze ku bibazo bitari bike, bakaba batanguriye ku bitero vyabaye mu Burundi mu ndwi ziheze:

please wait

No media source currently available

0:00 0:29:39 0:00

XS
SM
MD
LG