Iyo sinema imara iminota 52 yatunganirijwe mu gihugu ca Canada hamwe no mu no mu Burundi.
Mu mashirahamwe yafashije mu gikorwa co gutunganya iyo sinema, harimwo ishirahmwe mpuzamakungu ry’ibihugu bivuga ururimi rw’igifaransa, hamwe n’ibiro “ Conseil des Arts” vyo mu ntara ya Ontario mu gihugu ca Canada.
Ushaka kumenya ayandi makuru yerekeye iyo senema ushobora kwumviriza iki kiganiro, Ijwi rya Amerika, ryagiranye na Joseph Bitamba, Diane Kaneza hamwe na Jean Pierre AIme Harerimana.