Uko wahagera

Seconde Nimenya, Arifatanya N’Abandi Barundi Mu gutanga Ivyiyumviro Mu Vyerekeye Amagara


Seconde, Jeanne na Deogratias
Seconde, Jeanne na Deogratias

Mu gice kigira kabiri c’ikiganiro umumenyeshamakuru Audace Machado yagiranye na Deogratias Niyonizigiye hamwe na Jeanne Gapiya cari cerekeye ibibazo bihanze igisata c’amagara y’abantu, yaravuganye n’umufasoni Seconde Nimenya, asanzwe ar’umwanditsi, anafasha no mw’iterambere ry’igihugu c’Uburundi.

Umufasoni Nimenya arifatanya n’abo bandi barundi mu kudusangiza ivyiyumviro vy’ukuntu abarundi bishinze gufasha igihugu mur’ico gisata c’amagara y’abantu, bakoreye hamwe mu guteza imbere ico gisata, batarize kuzera inze nk’umuzinga:

Mushobora kwumviriza iki kiganiro:
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:57 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG