Uko wahagera

Abanywanyi Ba MSD, Baratawe Mu Mvuto, inyuma y’Imishamirano Yo Mu Ndwi Iheze


 Fabien Cishahayo
Fabien Cishahayo

Inyuma y’aho abapolisi bageragereje gushwiragiza abanywanyi b’umugambwe MSD, hamwe n’inyuma y’aho bamwe mu bapolisi bagiriwe imbohe, impande zose ziragiranya amakosa.

Bamwe mu bashigikiye abanywanyi b’umugambwe MSD, bavuga kw’abapolisi bakoresheje inguvu z’umurengera, cane cane kw’abanywanyi b’umugambwe MSD, bari birukiye ku ngoro y’umugambwe wabo. Yamara hari n’abavuga kw’abo banywanyi barenze akarimbi, mu guhagarika hamwe no mu kugira imbohe abo bapolisi.

Mu kiganiro cacu Dusangire Ijambo co ku musi wa mungu uheze, twarabajije abashingantahe batatu, Fabien Chishahayo, Methode Ndikumana hamwe na Alphonse Ndayikengurukiye, ukuntu babonye iyi mishamirano:

Mushobora kwumviriza:
please wait

No media source currently available

0:00 0:29:17 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG