Uko wahagera

Charles Nditije Avuga kw’Ivyatangajwe Na Concilie Nibigira Bidafise Ifatiro


Uruhagarara hamwe n’indyane ziri mu mugambwe Uprona, bisa n’ibitariko birarangira.

Inyuma y’aho umupfasoni Concilie Nibigira, yandikiye ikete umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe, Cahrles Nditije yahoze arongoye uyo mugambwe avuga kw’ivyo uyo mupfasoni avuga bitangira ifatiro.

Avuga kw’ivyo vyerekana ko reta y’Uburundi ibandanya kwisuka mu vyerekeye umugambwe Uprona.

Mushobora kwumviriza ikiganiro twagiranye na Charles Nditije.
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:08 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG