Uko wahagera

Ingorane Zirabandanya Mu Mugambwe UPRONA


Umupfasoni Concilie Nibigira, yaraye yandikiye umushikiranganji w’intwaro yo hagati mu Burundi mu mugambi wo kumumenyesha kw’ariwe akwiye kurongora uyo mugambwe.

Umupfasoni Nibigira avuga kw’inyuma y’ayo umushingantahe Bonaventure Niyoyankana- yari yemejwe n’umushikiranganji w’intwaro yo hagati Edouard Nduwimana kw’ariwe mutegetsi yemewe n’amategeko ahakaniye kurangura amabanga y’umukuru w’umugambwe Uprona, ariwe rero akwiye kuramutswa uyo mugambwe kuko ariwe yar’icegera c’umugambwe Uprona mu mwaka w’2009.

Yamara abandi bategetsi bo mu mugambwe Uprona, ntibavyemera

Mushobora kwumviriza ikiganiro twagiranye na Madame Concilie Nibigira.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG