Iyo ngingo ivuga rero ko Charles Nditije yahora arongoye uyo mugambwe, atakiwuramutswa. Aho iyo ingingo itangarijwe rero, Vice president wa mbere, Bernard Busokoza, yaciye ayifuta, yamara president Pierre Nkurunziza nawe, atanezerejwe n’iyo ngingo ya vice president wiwe wa mbere, yaciye amukura akoresheje
Mbega abarundi bavuga iki kur’urwo ruhagarara rwa politike? Reka dutege amatwi Deo Hakizimana, yigeze kwitoza mu matora yo mu Burundi mu mwaka w’2010, ku giti c’uwigenga:
Ushobora kwumviriza:
Mbega abarundi bavuga iki kur’urwo ruhagarara rwa politike? Reka dutege amatwi Deo Hakizimana, yigeze kwitoza mu matora yo mu Burundi mu mwaka w’2010, ku giti c’uwigenga:
Ushobora kwumviriza: