Uko wahagera

Urwaruka Rw’Abakobwa, Bahurikiye Mu Ba Guide


Ikiganiro c'abaGuide- Justine Nkurunziza
Ikiganiro c'abaGuide- Justine Nkurunziza

Urwaruka ruhurikiye mu murwi w’aba Guide mu Burundi ruvuga kw’uyo muhari urwigiha ibintu vyinshi.

Mur’ivyo bintu harimwo ubwitonzi, umutima wo gufashanya hamwe n’izindi ngeso nziza zose ziranga imico y’abarundikazi.

Justine Nkurunziza yigeze kurongora uyo muhari, aratera akamo gasaba urwaruka rw’abigeme kwinjira mur’uyo muhari, kugira ruhakure ruharonkere izo nyigisho zose z’ingirakamaro, abigeme bakeneye.

Yarishuye kandi ibibazo vy’abafasoni, Cnthia Ndongozi hamwe na Bernadette Munezero, vyerekeye umuhari w’abaGuide:
Mushobora kwumviriza ikiganiro:
please wait

No media source currently available

0:00 0:27:06 0:00
Ibishamikiyeho
XS
SM
MD
LG