Amagara ya Neslon Mnedela, yahoze ari prezida wa Afrika y’epfo, ariko arishura neza kurushiriza, ku miti ariko ahabwa, mu gihe abandanya kuguma mu bitario, kubera ibibazo vyo mu mahaha.
Itangazo ryo mu biro kwa prezida wa Afrika y’epfo, Jacob Zumba, ryabaye irya mbere ritanga umwizero gushika ubu, ku vyerekeye amagara ya Mandela, kuva ajanywe mu bitaro, mu gisagara ca Pretoria, ku musi wa gatandatu w’indwi iheze.
Prezida Zuma yavuze ko banezewe n’intambwe Mandela ariko aragira, ku vyerekeye amagara yiwe, inyuma y’imisi mikeyi itari yoroshe.
Umuvugizi wa prezida Zuma, Mac Maharaj, yatangaje ko prezida Zuma azogendera Mandela vuba