Yabaye umupatiri mu mwaka w’1969, kandi n’umuJesuite. Imbere y’uko aba Cardinal mu mwaka w’2001, yarabaye Musenyeri mukuru wa Dioseze ya Buenos Aires kuva mu mwaka w’1998.
Igihe yar’akiri Patiri hamwe n’igihe yari Cardinal, yarazwi cane ku kuntu yicisha bugufi, kandi afise ubuzima busanzwe, yitonda, ashigikiye imico ya Ekleziya kandi yiyemeje kugwanira ubutungane hagati mu bantu.
Papa Francis Ni We Mwungere Wa Ekleziya Catholika
9
Argentine Cardinal Bergoglio conducts a mass in honor of Pope John Paul II at the Buenos Aires cathedral. Argentine Cardinal Jorge Mario Bergoglio conducts a mass in honor of Pope John Paul II at the Buenos Aires' cathedral, April 4, 2005. Cardinal Bergo
10
Archbishop of Buenos Aires Cardinal Jorge Bergoglio greets worshippers during the annual gathering and pilgrimage to the church dedicated to San Cayetano (Saint Cajetan), the patron saint of labor and bread, in the Buenos Aires neighbourhood of Liniers, A
11
Newly elected Pope Francis (L) appears on the balcony of St. Peter's Basilica after being elected by the conclave of cardinals, at the Vatican, March 13, 2013. Pope Francis, the former Cardinal Jorge Bergoglio of Argentina, delivered his first blessing to