Ku wa gatandatu, Gicurasi 24, 2013 isaha yo mu karere 15:04

Amakuru y' Isi

Obama / Erdogan

Perezida Obama na Erdogan wa Turikiya Barahiriye ko Assad agomba kuvaho

Perezida Obama na Erdogan wa Turikiya Barahiriye ko Assad agomba kuvaho Ibindi

Maggy Barankitse  Doctor of Humane Latters

Marguerite Barankitse Muri Kaminuza Duke Na Emory

Muri reta zunze ubumwe, ukwezi kwa gatanu, n’ukwezi gukomeye cane muri za kaminuza zose,. Ibindi

Abashikiranganji Bajejwe Ikigega, b’Ibihugu Bigize Umurwi G7, Baraganiye Ivyerekeye Gukomeza Ukunaguka kw’Ubutunzi kw’Isi

Abategetsi bava muri Reta Zunze Ubumwe za Amerika, Canada, Ubudagi, Ubufransa, Ubuyapani, Ubwongereza n’Ubutaliyano, bari bakoraniye ahitwa Hartwell House, hafi y’igisagara ca Londres.Ibindi

Nawaz Sharif Yaratangaje Intsinzi y’Umugambwe Wiwe ,mu Matora y’Abashingamateka, muri Pakistani

Sharif ariko asaba imigambwe yose, mu gihugu ca Pakistani, kwifatanya nawe, mu gutorera inyishu ibibazo igihugu ca Pakistani gifise Ibindi

Igihugu ca Turkiya Catunze Urutoki Syria, ku Bitero Bibiri vy’Amabombe, Yari Yatezwe mu Modoka

Ivyo bitero vya bombe vyabaye, ejo ku musi wa gatandatu ,vyahitanye abantu mirongo ine na batatu, abandi barenga ijana barakomereka. Ibindi


Prezida wa Amerika, Barack Obama, na prezida wa Korea y’epfo, Park Geun-hye, Barerekanye ko Bari Hamwe, ku Vyerekeye Korea ya Ruguru

Prezida Obama yatangaje ko Amerika yiteguriye kwivuna Korea ya ruguru, n’ugutabara ibihugu bicuditse.
Ibindi

Amerikan’Uburusiya Vyarumvikanye, ku Biganiro Mpuzamakungu kuri Syria

Secreteri wa Departement ya Reta ya Amerika, John Kerry, yarabonanye, ejo ku musi wa kabiri, I Moscou, ku murwa mukuru w’Uburusiya, na prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, n’umushikiranganji ajejwe imigenderanire, Sergei Lavrov.
Ibindi

Israel Yaragize Ibitero vy’Indege z’Ingwano, ku ma Missile y’Igihugu ca Irani, Muri Syria

Amakuru yerekeye iperereza abayatanze batamenyekanye, yamenyesheje ko nkuko vyagenze, mu gitero c’indege z’ingwano cabaye mu gitondo, c’ejo ku musi w’Imana, Israel yarondeye missile Fatah-110, zaringitswe zivuye, mu gihugu ca Irani
Ibindi

Urunani rw’Imigambwe Imaze Igihe Kirekire Iyoboye Igihugu ca Malaysia, Yaratsinze Amatora y’Abashingamateka

Ivyavuye mu matora vyo mu ntango, vyerekana kw’urunani rw’umushikiranganji wa mbere, Najib Razak, rwatsindiye ibibanza 112, ku bibanza amajana abiri na mirongo ibiri na bibiri, mu nama nshingamateka
Ibindi

ibyo kumva Umurwi M23 Uvuga Kw’Ibiganiro Vyahagaze

Umurwi M23 urwanya ubutegetsi bwa Congo warahagaritse ibiganiro na reta ya Congo, ukkaba urega reta ya Congo ko yahevye ivyo biganiro.
Ibindi

Indege Igendeshwa N’Izuba, Yarashitse muri Phoenix

Umudereva w’Umusswisse yarurutse n’indge yariko aratwara mu gisagara ca Phoenix, mu ntara ya Arizona.
Ibindi

President Obama Arashigikiye Ko Israeli Cikingira

President wa reta zunze ubumwe za amerika, Barack Obama avuga kw’igihugu ca Israeli gifise uburenganzira bwo kwikingira ibigwanisho.
Ibindi

Abategetsi b’Ibihugu vy’Uburusiya n’Ubuyapani Baraganiye Amatati Yerekeye Ubutaka

Ayo matati yerekeye amazing azwi mu Buyapani kw’izina rya Northern Territories, mu gihe mu Burusiya azwi kw’izina rya Kurils.
Ibindi

Umushikiranganji wa Mbere w’Igihugu ca Syria Yararusimvye, ku Gitero ca Bombe

Ibinyamakuru, Radiyo na Televiziyo vya Reta, vyatangaje kw’ico gitero ca bombe cabaye, ejo ku musi wa mbere, mu gice ca Mazzeh, mu gice co mu burengero bw’umurwa mukuru, Damas,
Ibindi

Abanya Mexique Bariko Batera Babona Neza Amerika Kurushiriza, Mu Gihe Prezida Obama Ariko Yitegurira Kuja Muri Mexique, muri Iyi Ndwi.

Iryo tohoza ryagizwe n’ikigo, Pew Research Center, ryasanze ibice mirongo itandatu kw’ijana vy’Abanya Mexique babona neza Reta Zunze Ubumwe za Amerika.
Ibindi

Video

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Follow Us