Ivyo vyatangajwe n'umukobwa wiwe, Zenani Mandela-Dlamini, Ambassadeur w’igihugu ca Afrika y’epfo, mu gihugu ca Argentine, ejo ku musi wa mbere Ibindi
Ivyo umutegetsi w’idini atari itagondwa, Hassan Rowhani, yabitangaje, mu kiganiro yahaye abamenyeshamakuru, kuri televiziyo, ejo ku musi wa mbere, Ibindi
Prezida w’Uburusiya, Vladimir Putin, na prezida wa Amerika, Barack Obama, baraganiye ivyerekeye igihugu ca Syria, ejo ku musi wa mbere, muri Irlande yo mu buraruko.Ibindi
Reta y’igihugu ca Turkiya yatangaje kw’ishobora gukoresha abasirikare mu gikorwa co gutuza imyiyerekano y’abantu biyamiriza reta. Ibindi
Mu gihugu ca Syria amashirahamwe ashira imbere inyungu z’abanyagihugu, yatangaje kw’ibibombe vyihaye inkumbi. Ibindi