Ku cyumweru, Mata 20, 2014 isaha yo mu karere 00:05

Amakuru yo muri Afrika

.

Ban Ki-moon Yariyamirije Igitero mu Kibanza ca ONU muri Sudani yo mu Bumanuko

Abategetsi bamenyesha kw’abasivile bavuye mu vyabo, ibihumbi bitanu, bari muri ico kibanza c’ishirahamwe O-N-U, igihe ico gitero caba, Ibindi

Prezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan, Yasavye Inama Idasanzwe y'Ukwihweza Ubwicanyi mu Gihugu

Umuhanuzi wa prezida Jonathan, yatangaje kw’azokwihweza ingingo zerekeye umutekano, n’ibikorwa vya gisirikare, kugira ategekanye uburyo bwiza bw’ugukwirikiza. Ibindi

Abarwanya Ubutegetsi bwa Sudani yo mu Bumanuko, Bavuga ko Basubiye Kwigarurira Igisagara ca Bentiu

Abarwanya ubutegetsi bavurwa ko basubiye gufata igisagara ca Bentiu, ku musi wa kabiri. Ibindi

Nijeriya: Igitero ca Bombe Cahitanye Abarenga 70, ku Murwa mukuru

Prezida wa Nigeria, Goodluck Jonathan yasavye abanya Nigeria kuba magabo, akaba yamenyesheje kw’umurwi w’intagondwa z’aba Islamu, Boko Haram, uri inyuma y’ico gitero ca bombe Ibindi

Mur'iyo foto yafashwe kw'igenekerezo rya 29 ryu'ukwezi kwa gatatu, abajejwe amagara y'abantu bari imbere y'ibitaro, aho bariko barakira abantu bikekwa ko bagwaye ingwara ya Ebola

Mali: Gutohoza Icaduka ca Ebola Byaratanguye.

Umushikiranganji ajejwe amagara y’abantu mu gihugu ca Mali, Ousmane Kone yatangaje kw’iyo ngwara yadutse ejo ku musi wa gatanu. Ibindi


ibyo kumva Rwanda: Kwibuka Imyaka 20 Ishize Jenoside Ibaye

Muri iki gihe abanyarwanda n’abatuye isi bibuka imyaka 20 jenoside imaze ibaye mu Rwanda. Ijwi ry’Amerika rizirikana abarokotse n’ababafashije kurokoka.
Ibindi

Bombe zahitanye Abantu 6 Nairobi muri Kenya

Ayo mabombe yaturitse ku muhingamo wo ku musi wa mbere mu gice kirimwo aba Somalia benshi.
Ibindi

ibyo kumva USA: Abarundi Baragize Imyiyerekano i Washington DC.

Iyo myiyerekano yataguwe n'ishirahamwe, "Engage for Action in Burundi", EFAB-Biraturaba
Ibindi

Centrafrika: Abantu 20 biciwe mu Muhango wo Gushyingura

Umwe mu bantu babonye iby’icyo gitero yabwiye Ijwi ry’Amerika ko bikekwa ko cyakozwe n’abarwanyi b’umutwe wa Anti-baraka.
Ibindi

Abarwanyi b'Umurwi al-Shabab Baratujijwe mu Gisagara ca el-Bur

Inteko za AMISOM zigaruriye igisagara ca el-Bur,mu gikorwa ca gisirikare camaze imisi itatu.
Ibindi

Misiri: Igihano cyo Kwicwa kuri 529 ba Muslim Brotherhood

Abarenga 100 mu bantu bashinjwaga bari mu buroko, ariko abenshi baburanishwaga badahari. Urwo rukiko rwagize abere abantu 16.
Ibindi

Impunzi zo muri Centrafrika Zigera muri Kameruni Zarazahaye

Umuryango w'Abibumbye utangaza ko impunzi zituruka muri Centrafrika zigera muri Kameruni ari nyinshi, kandi ziri hafi gushiramo umwuka.
Ibindi

Sudani Yo Mu Bumanuko: Ubwicanyi Bugiye Gutohozwa

Umukuru w’umurwi mushasha ujejwe gutohoza ubwicanyi bwabereye mu bumanuko bw’igihugu ca Sudani yo mu bumanuko, yatangaje kw’azokora ibishobotse vyose kugira ngo itohozwa rigiye gukorwa, rigende neza.
Ibindi

Uganda: Abakundana Bahuje Igitsina Batanze Ikirego mu Rukiko

Icyo kirego gihinyuza iryo tegeko rishya, kivuga ko rihohotera amahame remezo y’uburinganire no kutavangura, ko igihano cyo gufungwa burundu riteganya gikabije, kandi ko ryatowe nta bwiganze bw’inteko bwabonetse.
Ibindi

Oscar Pistorius Yaragwaye Gushika Aho Ayorwa, Igihe Yariko Araburanishwa

Kubera vyabaye incuro zitari nke, vyatumye umucamanza yigizayo urubanza, mu gihe gitoyi.
Ibindi

Amaperereza

Poll archive

Follow Us

Video

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Media and Genocide Prevention: What have we learned from Rwanda?i
X
02.04.2014