Uko wahagera

Mu Burundi Inkoho Zarabandanije Kwasana


Uburundi bwarahimbaje imyaka 53 irangiye buronse intahe yo kwikukira kw’igenekerezo rya 1 ry’ukwezi kw’indwi.

Iyo ntahe yo kwikukira yahimbajwe mu gihe, uruhagara rwa politike rubandanya kandi no mu gihe abarundi babandanya gusiga ubuzima mu bwicanyi.

Mu kiganiro cacu giha ijambo abanywanyi b’Iradiyo Ijwi rya amerika, abashingantahe Maitre Isidore Rufyikiri, Christophe Muhire hamwe na Aime Pascal Nduwima, baravuga ku nkuru yatangajwe ivuga kw’impunzi ziriko ziratahuka mu Kirundi, zivuye mu Rwanda hamwe no ku kibazo c’umutekano muke.

Mushobora kwumviriza:

XS
SM
MD
LG