Uko wahagera

Iterambere ry’Urwaruka mu Burundi


Mu Burundi urwaruka ruheza amashure, ntirushoka ruronka akazi bigatuma rimwe na rimwe urwo rwaruka vyoroha ko rukoreshwa muvya Politike canke mu bindi bitarufitiye akamaro.

Urwaruka ruhurikiye mu mashirahamwe rwaratanguye kwiyungunganya kugira ntirube rukizera inze.

Umuhinga muvy’iterambere yavuniye akagohe Urwaruka rw’I Burundi kutaguma ruteze amaboko reta, ko bakwiye kwishingira amashirahamwe mato mato yo kwiteza imbere, agasaba abarundi kuja hamwe bagashinga amashirahamwe y’iterambere.

XS
SM
MD
LG