Ku wa mbere, Gicurasi 19, 2013 isaha yo mu karere 14:19

ibirimwo

Ibitero vy’Inteko za Reta ya Syria Vyariyongeye mu Gisagara ca Aleppo muri Syria

Abagwanya Reta ya Syria batangaje kw’inteko za Reta zikoresheje ibimodoka vya blinde n’indege za kajugujugu z’ingwano

Ingwano mu Gisagara ca Aleppo muri Syria
Ingwano mu Gisagara ca Aleppo muri Syria
ingano y'inyandiko - +
VOA

Ivya muzinga na za mortiers vyarasanye mu gisagara ca Aleppo, mu buraruko bushira uburengero bw’igihugu ca Syria ejo ku musi wa gatandatu mu gihe inteko zijejwe umutekano za Reta ya Syria zongereza ibitero vyazo mu bibanza vy’abagwanya ubutegetsi.

Abagwanya Reta ya Syria batangaje kw’inteko za Reta zikoresheje ibimodoka vya blinde n’indege za kajugujugu z’ingwano zarashe mu bice vy’igisagara ca Aleppo vyiziziwe n’abagwanya Reta.

Ishirahamwe riraharanira agateka ka muntu mu gihugu ca Syria, The Syrian Observatory for Human Rights, ryatangaje kw’abantu mirongo ibiri n’icenda canke barenga bishwe mu mugumuko wabereye mu gice kigirirwamwo imirimo y’ubudandaji mu gisagara ca Aleppo . Iryo shirahamwe riharanira agateka ka muntu muri Syria rifise icicaro mu gihugu c’Ubwongereza ryamenyesheje kw’abantu mirongo icenda bapfuye mu mugumuko w’abiyamiriza Reta mu gihugu ca Syria.

Ubufransa n’Uburusiya vyarerekanye amakenga ejo ku musi wa gatandatu ku bwicanyi butera bwiyongera mu gihugu ca Syria.

uru rubuga rurafunze
Ibitekerezo
     
nta gitekerezo kiratangwa kuri uru rubuga. Ba uwa mbere kugira icyo utangaza kuri uru rubuga

Videos

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Videwo

Videwo UN-Mali

Aya matora ya yobowe n'umukuru w'urwego rw'ishirahamwe ONU rujejwe kwubahiriza umutekano kw'isi mukiringo c'ukwezi kwa kane, Eugene-Richard Gasana, Ambassaderi w'igihugu c'Urwanda mw'ishirahamwe ONU.

Photo in the news

Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
Your JavaScript is turned off or you have an old version of Adobe's Flash Player. Get the latest Flash player.
  • In this image from video provided by WBZ TV, spectators and runners run from what was described as twin explosions that shook the finish line of the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • President Barack Obama speaks at the White House in, following the explosions at the Boston Marathon, April 15, 2013.
  • Medical workers aid a wounded woman at the finish line of the 2013 Boston Marathon following two explosions there, April 15, 2013.
  • A Massachusetts State Police officer guards the area containing the medical tent, rear, following an explosion at the 2013 Boston Marathon, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner leaves the course crying near Copley Square following an explosion, April 15, 2013.
  • A Boston police officer wheels in injured boy down Boylston Street as medical workers carry an injured runner following an explosion during the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid an injured man at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion there Monday, April 15, 2013 in Boston.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Boston police clear an area following an explosion near the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • An unidentified Boston Marathon runner is comforted as she cries in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical responders run an injured man past the finish line the 2013 Boston Marathon following an explosion in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Two Boston Marathon volunteers hug each other, at right, as an injured person is loaded into an ambulance in the aftermath of two blasts which exploded near the finish line of the Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • A Boston police officer clears Boylston Street following an explosion at the finish line of the 2013 Boston Marathon in Boston, Monday, April 15, 2013.
  • Medical workers aid injured people at the finish line of the 2013 Boston Marathon following explosions in Boston, Monday, April 15, 2013.
ikigega cy'amafoto

ikigega cy'amafoto Amabombe Abiri Yaturikiye mu Gisagara ca Boston

Abantu babiri canke barenga barapfuye, abandi barenga ijana barakomereka inyuma yuko amabombe abiri yaturikiye hafi icarimwe hafi y’abantu b’abarorerezi ku murongo w’ukurangirizako ihiganwa rya marathon rya Boston.