Uko wahagera

Burundi: Umutekano muke muri Jabe


Burundi: Umutekano muke muri Jabe
Burundi: Umutekano muke muri Jabe

Polisi imaze iminsi mike isaka intwaro mu gace ka Jabe mu murwa mukuru Bujumbura. Cyokora, abahatuye barinuba.

Inyuma y’imisi ibiri igice cya Jabe yari maze yugaye, uyu munsi abanyagihugu baho babashije kwikorera utwabo. Igipolisi cahavuye mu bucagucagu kur’uyu wa kabiri, ababaaho muri Jabe biboneka ko bafise ubwoba, kandi igipolisi cyahafashe abantu indwi ibajyana kubafunga.

Umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Tabitha Mukamusoni yagiye kureba uko byafashe aho mw’i Jabe.

Burundi: Umutekano muke muri Jabe
please wait

No media source currently available

0:00 0:04:32 0:00

XS
SM
MD
LG