Uko wahagera

Umutekano Wagaruka Ute Muri Afrika y'Ibiyaga Binini?


Mu mwaka w’1994, harabaye ihonyabwoko mu Rwanda. Mu Burundi naho, harabaye ubwicanyi butagira izina mu myaka iheze. Hari n’abavuga ko habaye amahonyabwoko mu bihe bitandukanye. Muri Republika ya Congo Iharanira Demjokrasi, harabaye ubwicanyi bwatikije inganda.

Mbega ubwo bwicanyi hamwe n’ihonyabwoko biva kuki? Uruhara rw’ubutegetsi n’uruhe? Abanyagihugu bo mur’iyo ntara bohindura ingendo n’inyifato gute? Mbega abategetsi bobo bokora iki kugira ngo imitima y’abantu ihinduke, maze ibihugu vyo mur’iyo ntara vyiteho iterambere?

Mbega ingingo yo, yafashwe na Reta zunze ubumwe za Amerika yo gufatira ibihano abarundi bane barimwo umushikiranganji w’Uburundi ajejwe umutekano, Guillaume Bunyoni, yoyo ivugwako iki?

please wait

No media source currently available

0:00 0:51:26 0:00

XS
SM
MD
LG