Uko wahagera

Burundi: Amajwi yinfatakibanza Yatangajwe


A Burundian woman casts her vote in parliamentary elections in Ngozi, Burundi, June 29, 2015.
A Burundian woman casts her vote in parliamentary elections in Ngozi, Burundi, June 29, 2015.

Urwego CENI rushinzwe amatora mu Burundi rumenyeshako ibiharuro vyinfatakibanza vyerekana ko umugambwe CNDD/FDD ariwo wabaye uwambere.

Urunani AMIZERO yabarundi narwo rugira kabiri mu matora yabaye kuri uno wambere y abajenama b amakomine hamwe n ayabashingamateka.

Naho urunani AMIZERO yabarundi ruri mu batavuga rumwe na Reta banse kuja mu matora, umuvugizi wa CENI prosper NTAHORWAMIYE avuga ko amajwi AMIZERO yabarundi yaronse adafatwa nkipfagusa ngo kubera abari kuntonde z amatora muri urwo runani, ugwego CENI rubafata nk abigenga.

Inkuru irambuye turayigezwaho n’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika Fidelite Ishatse

XS
SM
MD
LG