Uko wahagera

Intambamyi ku kibazo c’amatora mu Burund


Intambamyi zifatiye ku kibazo c’amatora ntikibonwa kumwe n’abanyapolitike mu Burundi.

Intumwa z’ishirahamwe ry’ubumwe bwa Afrika zasavye abanyapolitike bo mu Burundi ko baje hamwe bakumvikana mu gukura intambamyi zihagaze ku matora. Aberwa nico kibazo ntibahuza ku bitegerezwa gukorwa kugira ayo matora atunganywe hakwirikijwe ikurangaminsi gitegekanijwe na wa murwi CENI na Leta .

Ijwi rya Amerika ryavuganye na Dr. Jean Minani, arongoye umugambwe Sahwanya Frodebu Nyakuri, Ildephonse Rugema na Jacques Bigirimana ayoboye umugambwe FNL:

please wait

No media source currently available

0:00 0:52:46 0:00



XS
SM
MD
LG