Uko wahagera

Ibisasu bya gerenade I Bujumbura mu Burundi


Burundi Political Tensions
Burundi Political Tensions

Igisasu cya gerenade cyaturikiye hanze y’inzu Kenya Commercial Bank ikoreramo I Bujumbura. Imodoka eshatu na moteri itanga amashanyarazi byahiye.

Imodokari zitatu zahiye ziratokombera imbere ya banki KCB yaba Kenya hafi ya cathedrale Regina Mundi kuruno wagatanu sa sita y umutaga.

Abaraho izo modokari zahiriye bamenyesha ko zoba zatewe grenade. Abantu batatu bakomeretse, umwana afise nk imyaka itanu akaba ariwe yababaye cane, abapolisi bakaba bamukuye mu mufurege wari wuzuye amazi igipolisi cakoresheje mukuzimya izo modokari.

Saidi Juma aromgoye igisagara ca Bujumbura akaba anegura ubwo bugizi bwa nabi. Yamenyesheje ko ubwo bukozi bw ikibi bushobora kuba bwakozwe n abihevyi.

Kumugoroba wuno wa gatanu kandi haturitse iyindi grenade hafi ya palais des arts imodokari zitatu zirononekara, umuntu umwe nawe arakomereka.

XS
SM
MD
LG