Uko wahagera

Ingwano Ikomeye Hafi y'Iradiyo y'Igihugu mu Burundi


Ingwano Ikomeye mu Burundi
Ingwano Ikomeye mu Burundi

Mu gisigara ca Bujumbura ingwano irakomeye hagati y’abasirikali bemera Prezida Petero Nkurunziza na Generali Godefroid Niyombare watangaje kuri uyu wa gatatu ko yahiritse ubutegetsi bwa Nkurunziza.

Ubu Radiyo na Televisiyo by’igihugu ntibiroko birakora. Umumenyesha makuru wa Radiyo Ijwi ry'Amerika wavuganye numwe mu bakozi ba Radiyo y'Igihugu yavuze ko abamenyeshamakuru bariko barakorera kuri RTNB ubu barinyegeje kubera izo ngwano ziriko ziraba

Ibi bibaye nyuma yaho amaradiyo yigenga yose yugawe amwe amaze guturirwa. Mu gisagara hagati haracungerewe imodoka ntizirengana.

XS
SM
MD
LG