Uko wahagera

Urwaruka Mu Burundi Ruracira Agace Abanyapolitike


Maurice Nduwayo
Maurice Nduwayo

Urwaruka mu Burundi ngo ntirwishimiye ingendo y’abanyapolitike bamwe bamwe bashaka kurukoresha ku nyungu zabo.

Maurice Nduwayo ahurukiye mu mugambwe uri ku butegetsi hamwe na Prosper Bimenyimana hamwe na Marius Ndavyengenge Johanes bavuga kw’ abanyapolitike batari bake badatomora neza imigambi bategekanya kurangurira abanyagihugu, ahubwo ugasanga bishinga guteka umutwe w’ukuntu ibintu vyosambuka mu gihe batari muntwaro, arivyo urwo ruwaruka rwise : Tura Tugabure wanse Bimeneke.”

Abo bashingantahe baratera kandi akamo urwaruka, karusaba kwima amatwi abanyapoltike baruroha, maze igihe bikomeye bobo bagaca bifatira indege baja kuba mu mahanga, mu gihe urwo rwaruka rworwo rudafise n’igitabo z’inizira cotuma bahungira no mu bihugu bibanyi:

Mushobora kwumviriza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:29:43 0:00

XS
SM
MD
LG