Uko wahagera

Ubwicanyi Mu Buseruko Bwa Congo, Bwabaye Ndanse


Salomon Baravuga ku gihugu ca Congo
Salomon Baravuga ku gihugu ca Congo

Benshi mu banyagihugu bagwa mu bwicanyi bubera mur’iyo ntara, n’abasivile. Amakuru yerekeye ubwo bwicanyi atangazwa, aratandukanye kandi gushika ubu, imirwi itungwa urotoke ni myinshi.

Mbega ubwo bwicanyi budahagagarara buva kuki? Bukorwa na bande? Abantu bipfuza kw’iyo ntambara n’umutekano muke birangwa mur’iyo ntara bidahera ni bande? Ivyo ni bimwe mu bibazo twayaze na docteur Salomon Baravuga hamwe n’umushingantahe Christophe Muhire:

Mushobora kwumviriza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:34:07 0:00

XS
SM
MD
LG